Experience YourListen.com completely ad free for only $4 a month. Upgrade your account today!

Imvo Nimvano 15042017

Embed Code (recommended way)
Embed Code (Iframe alternative)
Please login or signup to use this feature.
Tags: rwandakiyovu

Woba wibuka wibuka abakinyi b'ivyamamare wabona mu mupira w'amaguru mu Rwanda nko mu myaka ya 1980s utazi iyo barengeye?

Inyuma y'uruhererekane rw'ibiganiro ku bakinyi bahoze ari ba rurangiranwa bakiri mu Rwanda BBC iherutse kubashikiriza, ubu naho imvo n'imvano yagendeye bagenzi babo bari hanze y'igihugu.
Uyu munsi yahaye ijambo Karera Hassan, Desire Mbonabucya, Eugene Murangwa na Kamanzi Michel.
Mubategee amatwi.

Licence : All Rights Reserved


X